Комментарии:
Nukur uragahezagigwa duhe nimer yawatsap
ОтветитьDuhe nimero ya WhatsApp
ОтветитьMurakoze cane ariko ikinzari ntavyo nzi kwerii ,abakizi badusigirire
ОтветитьNone ivyo bikora kubana gusa?
ОтветитьMwigish neza cne
ОтветитьMercii muvyeyi gusa ico kirungo nico ngira tutazomenya kuko tutakizi izina
ОтветитьMurakoze ibyo uvuga vyos nivyo.ariko dusigurire ikinzari icarico.
ОтветитьMwiriw neza Mama wabanywanyi ba jeannine tv. None iyofu yamakara yabigenewe twoyigurirahehe tworiyante.
ОтветитьIkinzari ni igiki mukirundi ga yemwe?mbega umuntu yokigurira hehe?murakoze
ОтветитьUrakoze cane video zawe ni zubwenge kd ziradufasha. Uwiteka agahe umugisha mwishi.
ОтветитьNone iyo thé vert niyiteguye?ukoresheje iyowiteguriye ntiyokora?
ОтветитьUrakze cane kuvyigwa utgezaho birubaka cane
ОтветитьUrakoze muvyeyi wacu
ОтветитьShalom shalom? muragize neza cane kudufasha muri vyinshi tworonka whatsapp yanyu GT?
ОтветитьMbwira Jeanine ahukorera nzoze kukuramutsa
ОтветитьInda nini
ОтветитьInda nini
ОтветитьNoé kubarway mund cnk kubafs
ОтветитьMrci kukuntu witanga ukatugezaho ivyiza nkibi. Mwamaye watsap yawe .ndiburundi.
ОтветитьIvyo utubwira sivyo maze gukora vyonshi vyaranse ntivyo gukura imvi nabigize ukwezi kwose vyaranse
ОтветитьUrakoze muvyeyi mwiza
ОтветитьKanga kumusi canke uwufata igihe kinganki
ОтветитьKanga kumusi canke uwufata igihe kinganki
ОтветитьKanga kumusi canke uwufata igihe kinganki
ОтветитьMerc
ОтветитьNdagushimiye Imana ikube hafi knd ikurinde
ОтветитьHezagigwa cane mugenzi Uhoraho Imana ikongr ubumenyi
ОтветитьBidusobanurireneza
ОтветитьNakwibariza??
ОтветитьC'est bon
ОтветитьMurakoze cane jeanine
ОтветитьNyagasani aguhe kuramba Mubyeyi
ОтветитьThank you mum
Ответитьmuraho amahoro yi Mana kumuti uvura imvi mwari mwatura ngiyi mwarakoze ariko bamwe bitewe naho umuntu aba amavuta yakokonati aragoye kuronka ahoya gurira sinzi komwoturangira yandi twozobona bítagoranye Hafiz murakoz3
ОтветитьImana Ibandanye Iguhezahira muvyeyi natwe turagukunda kanini
ОтветитьKitabonetse wokoresha iki? tél yawe!!!
ОтветитьWico kinzari kitabonetse naho mu Burundi ntaho ndakizi
Hama ayo makara ameze gute? Ayo badandaza muri pharmacie ava mubiki?
Imana ikugirire neza
ОтветитьYewe urakoze ariko ico kinzari ntaco ndabona hano muri America
ОтветитьNyagasani aguhe umugisha uduhaye umuti ukomeye ❤
ОтветитьNone uwariye ishano ryica ritevye umuti nuwonyene ?
ОтветитьUmuntu yomenya amavuta original ya olive gute?
ОтветитьMerci kucayi wandangiye ishano uwo rimaze mwigihe worikora merci
ОтветитьMerci. None umuntu abifata igihe kingana gute ?
ОтветитьMerci Janine ndagukurikira cane.
ОтветитьKomera
ОтветитьAmen muvyeyi
ОтветитьMerci bcp imana igukomeze
ОтветитьMerci bcp
ОтветитьMerci bcp
Ответить