Комментарии:
Beni ndamukund can kubera ko ni umuntu aciye ubwenge kuberako asigura phénomene sociaux neza kand ibintu vya sexology arabiz cn🔥🔥🔥🔥👍👍👍
ОтветитьIvyo bintu muvuze vya punition tubihuriyeko vrmt ndabashimeye kand muzoz murakor ibiganiro bihindur comportements communautaire émissions nkizo ziratwubak ❤❤
ОтветитьIki kiganiro nukur kir educatif.
ОтветитьIngorane yaba psychologues ntibaziko kuba um psychologue ari service qui donne l' argent les psychologues exposez vous, faire les publicités avec vos services et aussi les soxiologue exposez vous tous les domaines vs pouvez aider les agents a travers vos connaissances
ОтветитьAmen
ОтветитьHelloo helloo hosy❤ uzotubwire tukwakire ,twongere twitange kugira ushike. Twongere tuguhe ibiganiro. Nanje ndi fun wawe❤ Na Béni aradufashaaaaa
ОтветитьNtakiganiro ca beni concika 😂😂😂😂😂
ОтветитьBéni ndamwemera azosige numéro
ОтветитьABAVYEYI BOSE MURI RUSANGI BARAKWIYE GUTEGURA NEZA ABANA BABO UBU BAKIRI BATO KUBERA UKO BABARERA UBU NIBWO BUZIMA BAZOBAMWO EJO KAZOZA KEZA NTUGATEGURA EJO AGATEGURA UNOMUSI
*ABANA BESHI BAKUZE BABABWIRA KO ARIBIGUGU ATAHO BAZOGERA HAMA AMASHURE YABANANIRA INKONI NIBITUTSI AKABA ARIVYO BIBA VYISHI MUGA NTIWIBAGIRE AMAJAMBO WATUYE KURUWOMWANA NIYO YAMUROZE
TWATURE AMAJAMBO MEZA KUBANA BACU NIYO ABATERA INTENGE MUVYO BARIKO BARAKORA KUBERA BABA BARIKO BAYABWIRWA NABANTU BABAKUNDA
*MUSHISHIKARE GUHEZAGIRWA MUFASHA ABANTU BESHI CANE
Béni erega ingorane yaba psychologue bacu nabone.ubwabo.bakeneye thérapie biragoye gufasha uwundi nawe utaritahura
ОтветитьIkiganiro ciza caane vyukuri abarundi tugendana ibikomere hosy nkanje sinobihereza muri msg ariko igikuru nugutahura ububabare uba ufise hama ukiyigisha kudakwiriye kuguma mubikomere kandi ukirinda gukomeretsa abandi
ОтветитьJew mère yakunda kuntuka ngo iptuuuuuuuu ntacuzovamwo wakirofawe😂😂😂😂😂 ngwehingene gisa!!! Ngo raba naka wokwanaka ingene arumwana windero😂😂😂😂
Ответитьnice émission
ОтветитьMuri abagaciro cyane mukora kumitima yacu yashenjaguwe n'ibikomere umuhate wanyu suwubusa imana izabitura ingororano zayo murakoze turabakunda❤.
ОтветитьLycée Vugizo turakwibuka muri internat 😊
ОтветитьUrakoze naw sh Maman Peshy Muratesa mwe na Beny ndakunda Beny cane kubiganiro vyiwe vrm❤❤❤
ОтветитьÉmission Ziza cane jew ndibuka umubanyi twabana yakubuta abana biwe sinzi ko muzi igisuru ukungene kibaza nivyo yabakubita ,munyuma bamaze gukura yarimWo uwa kubise nyina wiwe naciye mbona ko ari gikomere yamuteye akiri muto
ОтветитьJewe ntabiravye siryama😂😂😂😂 murampimbara ❤❤❤❤
ОтветитьIbiganiro vya Benny vyose ndabiraba😊 Mwavuze ku ma sujet menshi ari actuel kandi nize vyinshi 🙏🏻 Nanje mfise umwana muto wa 6 ans kandi turi incuti 🥰 Ndakunda kumubaza igihe co kuryama kigeze, arambwira ibintu vyamubabaje n’ ivyamunejeje❤️ Ndatangara ibintu ambwira! Kubera ndahamenyera amakuru menshi ntari kumenya ntamubajije☺️ Ivyo ndavyanditse kubera wosanga hari abandi vyofasha😉 Hosy ubandanye Uhezagirwe na team yawe, mukora ibiganiro vyiza, muratesa 🌹
ОтветитьYoooh muvuze ubuzima bwanje gusa kubaho atajambo ryiza mbwirwa numuvyeyi ninkoni nyishi nagera kwishure ho bikaba ikibazo😊😊😊hosy merci kuzana uwo mu bénie love from 🇰🇪 🇰🇪 🇰🇪
ОтветитьPoor camera
ОтветитьBéni ntakiganiro ciwe concika vrt🎉❤
ОтветитьIki kiganiro nukuri kiramvugiye ibintu Abavyeyi bacu peee ngira nibikomere bagize vyatumye baturera uko batureze 😢 Ariko mukore ikiganiro cigisha Abavyeyi gusaba Ikigongwe 😢
ОтветитьBéni God bless you❤
ОтветитьBe blessed !!
ОтветитьHari baɓari TEXAS tugukunda shaaaaa siren vibes Burundi 🇧🇮 egale isimbi 🇷🇼 Tera imbere mwiza wacu
Ответить😂😂😂sh hosy unyibukij Ingen nig 2em prim bamweshej ugwemb mumutwe donc igipara reo bakab bar barambujij kwisig amavuta ngiy kwishur Ng nzokwisig ngiy guseng gus😂😂😂😂so,naratash mvuy kwishur kuzub iyash irabira urumvak nategerezw kuyagayag mumutwe kuber igipara Sha narakubisw gushik nah Ng namavut nisinz knd ata y nar nisize nub sinzovyibagir😂😂😂😂😂😂gus ndabakund mw na Benny reo nimutore ayanyu🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
ОтветитьBeny wubahwe cane.Uraruhura imitima yabenshi nanje ndimwo.Courage.
ОтветитьMuvyuye vyinshi mumitima kabisa🙉. Ivy' ibihano vya kera sinobivuga Ngo ndabiheze. Jewe ndacafitiye inzigo yabavyeyi Baza gukubitira abana kwishure Ngo ntibatoye concours 😢
ОтветитьIkiganiro cizaa cane...
ОтветитьJw nagumye mbona “ingabirano y’ ururimi” kwa Hosy na canecane 🎊🎊🎊🙆🏽♀️🙆🏽♀️🤭🤭🤭❣️❣️🙏🏽🙏🏽!!!! Erga biradusamaza mweee🤣🤣🤣🤷🏻♀️🤷🏻♀️🤷🏻♀️🎊🎊🎊🏃🏼♀️🏃🏼♀️🏃🏼♀️🏃🏼♀️😂😂😂😂🏃🏼♀️🏃🏼♀️🏃🏼♀️😅😅!!!
ОтветитьThank you, Bény ♥️♥️♥️♥️💯🎉🎉🎉🎉🤣😅!!!!
ОтветитьNico gituma mwavuyemwo ikintu , abana bataronka ico gitsure , tuvyarira ibujumbura usanga ubwenge bwo kubaho badafise
ОтветитьJewe narezwe nigitsure , nagize mariage nfisei 18ans nca ndapfakara nfise 21ans ncanza kuba Ibujumbura namaze imyaka indwi ndumufakazi , kubera umuvyeyi yandeze narashoboye kuba ibujumbura mvuye ruguru , narinfise imyaka mike ndumufakazi , muca muvyumva umufakazi wa 21 nabagabo b'i Bujumbura nararindiriye gushika ndi romaria , ariko rero,! Harutubazo ugira kubera igitsure warereshejwe , mugabo je prefaire utwo tubazo hako nari kwirekura😢😢
ОтветитьIvyo muvuze nukuri,biriho turabibona muvyo tubamwo,no mukibano!Ahasigaye nukugerageza gukurikiza impanuro mwatanze!Merciiii!
Ответить❤❤❤❤
ОтветитьMuramvuze pe😂😂😂
ОтветитьKumenya Imana ni vyiza kuko biratuvura les blessures de l'enfance. Merci à vous deux.
J'aime vos émissions et surtout my journey🎉🎉🎉
Ikiganiro ciza caane cubaka kandi gihanura,ahubwo mwagihaye umwanya muto kandi cagutse caane,, merci beaucoup Hosy et Béni
ОтветитьMana wee jewe inkoni yari regime 😂😂
ОтветитьIkiganiro cyiza cane❤,ariko mwibuke ko umurundi umubwiye Kuja kumu psycho. Yumva konumwise umusazi. Ahubwo nukunabumvisha ko umu psycho ko arumuganga nkabandi bose. 🎉
ОтветитьGood Job Hosy na Benie
ОтветитьBeni ndagukundaa ❤️❤️
ОтветитьHosy nukuri nagire nkore partage y’a emmision muga le titre nukuri ndasvye uhindure kuko nivyo twabayemwo benshi jew nagire ndayikore muri groupe y’a family muga rero le titre nukuri ntijanye niyo émission
ОтветитьAmen amen
ОтветитьNgo ndakuvuna ncenja kukuvuza,
ОтветитьUmvuyomwanaaaaaa😂😂😂wene yaryohererewe uko mère wiwe yaje bakararana toute une smne,kumbe ntamenye ivyamahoro😳
ОтветитьVyose bipfira kukungene twarezwe gisoda at bucuti at bugenzi entre yacu nabavyeyi bwahabaye nukuri Hosy merci ibiganiro vyanyu biradufasha cane
ОтветитьMerci bcp Hosy na Bénie
Ответить