Joy Umukobwa wa Bunyoni,yategetswe gukurimumpuzu zose asakwe||muri DD basaba #NEVA kurkura Bunyoni

Joy Umukobwa wa Bunyoni,yategetswe gukurimumpuzu zose asakwe||muri DD basaba #NEVA kurkura Bunyoni

URUGENDO NEWS

4 недели назад

52,319 Просмотров

Ссылки и html тэги не поддерживаются


Комментарии:

@violetteniyongabire3859
@violetteniyongabire3859 - 02.06.2024 22:59

Ababipfa nababisangiye

Ответить
@WdW-cl6ym
@WdW-cl6ym - 01.06.2024 20:03

Nukuri amakuru yabunyoni iyondayumvise ndarira imana imutabare

Ответить
@WdW-cl6ym
@WdW-cl6ym - 01.06.2024 19:51

Yoooo manaweee

Ответить
@MugiEmma
@MugiEmma - 01.06.2024 14:27

😮😮

Ответить
@user-gn1tr8rm7e
@user-gn1tr8rm7e - 01.06.2024 10:35

Sha wavuga ukuri mugabo witegurire kurwana urugamba ruzoza rukurikira ivyo uvuze. Uzokwihangane mbona bigoye ivy' i Burundi bwacu muhungu

Ответить
@EphaIrumva-ep4ck
@EphaIrumva-ep4ck - 31.05.2024 22:34

Bunyon niso kumweza uwogutayo wakibwwaw

Ответить
@AnicetBukuru-wu9ui
@AnicetBukuru-wu9ui - 31.05.2024 17:46

Ivyobint bitey agahind p arik ntacah kidaharirw

Ответить
@NtonoJoan
@NtonoJoan - 31.05.2024 01:04

Baramukoreye ikibi kbx dufatiy kubnt birk birab muburundi evariste nibamukur kubutegets nay bunyoni ark azira ubusa nibirik birab kur bunyoni abarundi dusenge evariste nw biz bimushikir avariste nisur iramurang ijamb ryiw rirutw niryu
Mwan murakoz

Ответить
@BerchimasNzokizwanimana
@BerchimasNzokizwanimana - 30.05.2024 18:11

Uwokugira présente wovyanka?

Ответить
@NsdeshN
@NsdeshN - 30.05.2024 16:02

Birababaj

Ответить
@user-sm4id2xt1r
@user-sm4id2xt1r - 30.05.2024 15:34

Kura unduru ngaho urgenda umukureyo toka kure

Ответить
@RaFt-pl1qk
@RaFt-pl1qk - 30.05.2024 11:47

Nukuri tutiyaye Kumabi bunyoni yakoze uko nukwambika ibara igihugu guhenesha umwana bavyaye kweli nibara

Ответить
@HakizimanaEric-th6mx
@HakizimanaEric-th6mx - 29.05.2024 16:39

Uwuhoraro.niwemwungere.wanju.tuzoboho.nabo.azobadukiza

Ответить
@PhilbertMukeshimana
@PhilbertMukeshimana - 29.05.2024 12:43

W uwogusab amafot wotazana yivy vyabay yatwerek

Ответить
@user-uo5mq6xb9i
@user-uo5mq6xb9i - 29.05.2024 10:50

None wewe ushikiriza amakuru utayateguye kwel? Ukwokuntu ushikiriza amakuru menga numwana wa 2ème année arikwarasoma igisomwa citwa GUFUNGURA😂😂😂😂😂

Ответить
@shabanindayishimiye9392
@shabanindayishimiye9392 - 29.05.2024 10:29

😂😂😂😂

Ответить
@sikobizamadonatien5809
@sikobizamadonatien5809 - 28.05.2024 21:29

None nkuwo mugabo Ari muburundi?

Ответить
@ConfusedMoose-xi3yt
@ConfusedMoose-xi3yt - 28.05.2024 18:26

Yagandaguye Nkurunziza yokagwa na Bunyoni anamwifitiye muntoki

Ответить
@ConfusedMoose-xi3yt
@ConfusedMoose-xi3yt - 28.05.2024 18:25

Usanga harahobataribazi bashaka kumenya.kiki😂😮😅😢nibara kumusaka nomunyo? kikikikikkiki baravumwe nukuri iryobarakumutemere😢😢

Ответить
@sozvin1869
@sozvin1869 - 28.05.2024 16:42

Nibamurekure🎉bunyoni yitahire none bamwiciriki

Ответить
@nurianuria9887
@nurianuria9887 - 28.05.2024 15:08

Bararush p

Ответить
@nurianuria9887
@nurianuria9887 - 28.05.2024 15:06

Ndumiwe nihatari kweri

Ответить
@Kanezajoselyne412
@Kanezajoselyne412 - 28.05.2024 13:35

Kuba baramufatiye imitungo yanyaze igihugu sibibi ariko vyajanywe hehe?

Ответить
@Saulichibago
@Saulichibago - 28.05.2024 10:53

Ntamvura igwa idahita.ntabifise intango ngo bibure iherezo

Ответить
@HapysterDuhaye-fl8qt
@HapysterDuhaye-fl8qt - 28.05.2024 10:04

Nibara nukuri

Ответить
@HapysterDuhaye-fl8qt
@HapysterDuhaye-fl8qt - 28.05.2024 10:00

Nibara nukuri

Ответить
@JacquelineNDIHOKUBWAYO-rx6hg
@JacquelineNDIHOKUBWAYO-rx6hg - 28.05.2024 08:53

Imana ibatabare nukuri

Ответить
@user-ok3zk5vg1d
@user-ok3zk5vg1d - 28.05.2024 08:45

Mbega iyo média yawe ikorera mu BURUNDI ?

Ответить
@user-ok3zk5vg1d
@user-ok3zk5vg1d - 28.05.2024 08:40

Ntabwenge mukoresha mwebwe 🙅🏻

Ответить
@dzelbahnijmb1765
@dzelbahnijmb1765 - 28.05.2024 07:19

Daniel arasetsa😂
Ngo hari umuntu akuye impuzu woca wiruka😂😂😂
Kubera ubu nini.

Ответить
@OlivierNIYOYITUNGIRA
@OlivierNIYOYITUNGIRA - 27.05.2024 18:30

Nikibazo twosengero

Ответить
@user-vo8mr4tj8k
@user-vo8mr4tj8k - 27.05.2024 16:30

Ew Mana ntivyoroshe non kobamufunze nub nkaba mbona ibint bibura

Ответить
@FurahaNishishikare-ks4zn
@FurahaNishishikare-ks4zn - 27.05.2024 13:05

Mana yanje ndumiwe nugusenga cane gose

Ответить
@NtakirutimanaDeborah
@NtakirutimanaDeborah - 27.05.2024 12:44

Bunyoni nani 2015 yagandaguye mu ngagara umupapa nu mucenyezi we na bana bynyo ni icara wige wa mwicanyi we

Ответить
@NtakirutimanaDeborah
@NtakirutimanaDeborah - 27.05.2024 12:41

Basha amaraso ya batusti arabahumiye nani musubiranemo

Ответить
@NtakirutimanaDeborah
@NtakirutimanaDeborah - 27.05.2024 12:38

Ariko bash baca umugani mucirundi ngo ushaka umuhutu amatuma uwundi😂😂😂😂😂😂😂

Ответить
@StrongWilbroad
@StrongWilbroad - 27.05.2024 08:46

❤❤❤

Ответить
@dollarswiz9
@dollarswiz9 - 26.05.2024 23:48

Kura ayo mazina y'ubunyoni ngaho wandushi we urashisha izi mburamaboko zibura gukora zikirirwa gusezerereza kuma réseau

Ответить
@dollarswiz9
@dollarswiz9 - 26.05.2024 23:41

Yooo,ino chanel irarushe iboboteza isaba ubufasha itanguye kurementaniriza igihugu yavukiyemwo
Bobo mwenawe muri imihimbiri gusa murashonje mugasegesha ibinyoma🤪🤪🤪

Ответить
@IgiranezaRucie-ze9qc
@IgiranezaRucie-ze9qc - 26.05.2024 23:39

Igihe nicogica urubanza.

Ответить
@royalfaith1978
@royalfaith1978 - 26.05.2024 22:29

Nibura nawe bamusavye gukura impuzu. Iyo babisaba abatutsi 2015 ubu baba bakiriho ntibabice. Uwo mukobwa ivyo yandika 2015 eka isi imwereke ko idasakaye nabo banyagirwa.

Ответить
@user-wh2wg2dg7g
@user-wh2wg2dg7g - 26.05.2024 22:26

Mubadede harimwo abarozi gusa

Ответить
@GilbertNijimbere-su7yb
@GilbertNijimbere-su7yb - 26.05.2024 14:39

None wewe uwohagushira, vyose vyoca biboneka? Niwivugire sha mugabo namwe muzotangara ivyo mwipfuza atanakimwe kibaye!!

Ответить
@ndayisengajuma2034
@ndayisengajuma2034 - 26.05.2024 11:59

Ibar ritaber irya boro😂😂😂😂

Ответить
@MelanceMugisha-vp1vi
@MelanceMugisha-vp1vi - 26.05.2024 11:49

Igihugu ndimwo abene gihugu ntibariha amazi namatara kandi ntamasoko ahari yose ava muma oceans

Ответить
@MelanceMugisha-vp1vi
@MelanceMugisha-vp1vi - 26.05.2024 11:39

Nibara dyo kumutemere

Ответить
@MelanceMugisha-vp1vi
@MelanceMugisha-vp1vi - 26.05.2024 11:38

Rekeka mugisha ubugaba bwumugabo nibwo budyo bwiwe ngira bodyohegwa

Ответить
@user-lh9sd9cd7g
@user-lh9sd9cd7g - 26.05.2024 10:03

Urumubeshi wēwe tekana turakuz

Ответить
@MelanceMugisha-vp1vi
@MelanceMugisha-vp1vi - 26.05.2024 08:42

Twese tuzopfa bihora ubusa

Ответить
@NzitungaYves
@NzitungaYves - 26.05.2024 08:05

Reka sha numwungu warwaruyuzi nivyuvuze ntawubizi yanyuruje benshi nawene

Ответить