Комментарии:
Ndabihamya kuri MANA ikomeye, ivyovuga vyose biravyemeza . Love Jesus ,ibimbamwo vyose vyature kuri Mana ikomeye 29.10.2021🙏🙏🙌🙌🙌🙌🙌
ОтветитьNdabihayaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaa ,ibihumeka bgose tugushime uwiteka .ivyo ukora vyose biravyemeza🙏🙏🙏🙏🙏🎊🎊🎊18.12.2021
ОтветитьInyoni zo mu kirere,Inyamaswa zo mw'ishyamba, Ibinyabuzima biba mu mazi,inyenyeri zo mw'isanzure, ibimera n'ibinyabuzima byo ku butaka n'ibindi ntazi byoseeeee bishime Uwiteka kuko Ari Mwiza Kandi imbabazi ze zisumba byoseeeee 🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌
ОтветитьAmen. Uri Imana w'Ukuri
ОтветитьImana ni Mana ibihe byose
Ответитьnice song...
Ответить